Abantu nibura 30 barishwe mu gitero Ukraine ivuga ko ari co ca mbere kinini Uburusiya bukoze bukoresheje ibisasu vya misire. Abarenga 160 na bo barakomeretse igihe Uburusiya bukubita ibisagara vya ...
Umukuru w'umuryango wo gutabarana mu bya gisirikare w'Uburayi n'Amerika (OTAN) yabwiye BBC ko Ubushinwa bukwiye guhura n'ingaruka kubera gufasha intambara y'Uburusiya muri Ukraine, niba budahinduye ...