Umunsi Miguel Pantaleon yatirwa mw’isengero rya Katorika mu kwezi guheze, wabaye umunsi wiwe wa mbere ukomeye muri ubwo buzima bushasha. Uwo mupatiri mushasha yari amaze imyaka hafi 10 akora kugira ...
Ku wa gatandatu igenekerezo rya 28 ukwezi kwa Nyakanga (9) 2024, umusore Bizimana François, yatangaje benshi aho yahitamwo gushinga urwiwe yambaye impuzu ya Kimono bambara bariko barakina Karate.