Wewe uhunze ngo unyage amagara, mu gihe intambara iriko irabica bigacika, wohungana iki? Impuzu, aho nta nkeka, impapuro ngirakamaro cane hamwe kumbure n'ifoto, canke akandi kantu kose wumva utosiga ...
Insiguro y'isanamu, Putin aherutse kuvuga ko ubutunzi bw'Uburusiya ari bwo bwa mbere buduga ku muvuduko munini ku mugabane wa Bulaya 3 Ukwa kane 2024 Mu kwezi guheze, Abarusiya bitabiriye amatora, aho ...