Na James Waterhouse ari i Kyiv & George Bowden i Londres BBC News Umurwi w’abacangero w’Uburusiya Wagner uvuga ko wigaruriye igisagara ca Soledar mu buseruko bwa Ukraine – ariko Kyiv ivuga ko ...
Vladimir Putin agereranya igitero yakoze kuri Ukraine n’intambara y’Abanazi b’Ubudagi, hari mw’ijambo ryo guhimbaza imyaka 80 kuva intambara ya Stalingrad irangiye. Avuga ku ngingo yo kurungikira ...