Kompanyi y'Abafaransa TotalEnergies iriko iragirizwa ivyaha vy'intambara (naho yoyo ibihakana), kubera ubwicanyi bwabereye hafi y'ihinguriro ryayo rya gaze (gaz) ryo ku rwego mpuzamakungu rifise ...